Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Maze Dawidi yishura iyo ntumwa, at’ Uz’ ubarire Yowabu, ut’ Ivyo ntibikubabaze, uti Kukw inkota mu kwica ipfa uwo ihubiyeko; uti None rero shimika, uvyure akanyarigabo mu kurwanya ico gisagara, ukineshe. Ukw abe ari k’umurindisha.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:25
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ abanyamiheto bari bahagaze ku ruzitiro baturasa, twebge abantu bawe; hapfa bamwe bo mu bantu bawe, mwami, kandi hapfuye na wa muntu wawe w’Umuheti, Uriya.


Maze muka Uriya yumvise k’ umugabo wiwe yapfuye, aramuririra.


Kandi Yowabu yar’ akirwanya i Raba h’Abamoni; atsinda iboma ryazigama ivomo ryaho.


Arikw izo ngabo z’Abisirayeli zirīyūngūnganya, basubira gutonda urugamba hamwe bari barutonze ubga mbere.


Maze muyishinge ijisho: ni yajana inzira ija i Beti‐shemeshi mu gihugu cayo, izoba ar’ Imana yaduterereye ivyo vyago bikomeye; ariko bitabaye birtyo tuzomenya kw atar’ ukuboko kwayo kwatwishe, bizoba ar’ ivyago vy’ivyaduka vyapfuye kutuzako gusa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ