2 Samweli 11:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)
24 Kand’ abanyamiheto bari bahagaze ku ruzitiro baturasa, twebge abantu bawe; hapfa bamwe bo mu bantu bawe, mwami, kandi hapfuye na wa muntu wawe w’Umuheti, Uriya.
Maze Dawidi abaza Ahimeleki Umuheti na Abishayi umwana wa Seruwiya, murumuna wa Yowabu, ati Ni nde yomanukana nanje aho Sauli ashagaje? Abishayi aramwishura, ati Jewe turajana.