Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Iramubarira, it’ Abantu baho bāradutwariranije, badushikana no mu gahinga, ariko turaruha tubīgiza inyuma kurinda tubashikanye kw irembo ryabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:23
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nukw iyo ntumwa iragenda; ishitse, idondera Dawidi ivyo Yowabu yamutumye vyose.


Kand’ abanyamiheto bari bahagaze ku ruzitiro baturasa, twebge abantu bawe; hapfa bamwe bo mu bantu bawe, mwami, kandi hapfuye na wa muntu wawe w’Umuheti, Uriya.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ