Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Nukw iyo ntumwa iragenda; ishitse, idondera Dawidi ivyo Yowabu yamutumye vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:22
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Akanakubaza, ati None ni nde yishe Abimeleki mwene Yerubayali? ati S’umugore yamuteye ingasire, yihagarariye ku ruzitiro, akagwa aho nyene i Tebesi? ati N’iki cabateye kwegereza uruzitiro murtyo? Uz’ uheze umubarire, ut’ Erega na wa muntu wawe w’Umuheti Uriya, na we yarapfuye.


Iramubarira, it’ Abantu baho bāradutwariranije, badushikana no mu gahinga, ariko turaruha tubīgiza inyuma kurinda tubashikanye kw irembo ryabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ