Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Akanakubaza, ati None ni nde yishe Abimeleki mwene Yerubayali? ati S’umugore yamuteye ingasire, yihagarariye ku ruzitiro, akagwa aho nyene i Tebesi? ati N’iki cabateye kwegereza uruzitiro murtyo? Uz’ uheze umubarire, ut’ Erega na wa muntu wawe w’Umuheti Uriya, na we yarapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:21
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abantu bo muri nya gisagara barasokoroka, barwanya Yowabu; abantu bamwe bo mu ngabo za Dawidi barapfa, hapfamwo na Uriya wa Muheti.


umwami ni yaramuka aratse, akakubaza, ati N’iki cabateye kurwana mwegereje igisagara murtyo? ati Mbega ntimwari muzi ko batoretse kubarasa bahagaze ku ruzitiro?


Nukw iyo ntumwa iragenda; ishitse, idondera Dawidi ivyo Yowabu yamutumye vyose.


Nuko Abuneri ashitse i Heburoni, Yowabu amwihererana hagati y’ amarembo, nk’ūgira abonane na we ata wumva; araheza amucumita ku nda, agwaho, amuhōye amaraso ya murumuna we Asaheli.


Amaboko yawe kw atar’ aboshwe, Cank’ ibirenge vyawe ngo bibe mu minyororo! Upfuye nk’umuntu aguye mu maboko y’inkozi z’ibibi! Nukw abantu bose bongera kumuririra.


Unkize ibicumuro vyanje vyose: Ntumpindure agatwengo k’ ibipfu.


Abo bose bazokubaza, bati Mbega nawe uhindutse umunyantege nke nkatwe? Uhwanye natwe?


Nuko kur’ uwo musi aca yita Gideyoni Yerubayali; ati Bayali ni yirwanirire, kuko yasanganguye igicaniro cayo.


Yerubayali, ari we Gideyoni, n’abantu bose bari kumwe na we, bazinduka kare, baragenda basagaza kw iriba ry’i Harodi, kand’ Abamidiyani bari bashagaje ahahera i burārūko bgabo, ahēgeranye n’umusozi More, mu kiyaya.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ