Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Maze Yowabu atuma kumenyesha Dawidi ivy’ intambara uko bimeze;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:18
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abantu bo muri nya gisagara barasokoroka, barwanya Yowabu; abantu bamwe bo mu ngabo za Dawidi barapfa, hapfamwo na Uriya wa Muheti.


abarira intumwa, ati Ni wamara kudondera umwami inkuru zose z’uko bimeze mu ntambara,


Intumwa iraza iramubarira, iti Barazanye imitwe ya ba bana b’umwami. Aravuga, ati Ni muyirunde ibirundo bibiri kw irembo, iharāre gushitsa ejo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ