Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Maz’ abantu bo muri nya gisagara barasokoroka, barwanya Yowabu; abantu bamwe bo mu ngabo za Dawidi barapfa, hapfamwo na Uriya wa Muheti.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:17
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko rero Yowabu, igihe asubiye gutera ico gisagara, aherereza Uriya ahantu azi ko har’ abahizi.


Maze Yowabu atuma kumenyesha Dawidi ivy’ intambara uko bimeze;


Akanakubaza, ati None ni nde yishe Abimeleki mwene Yerubayali? ati S’umugore yamuteye ingasire, yihagarariye ku ruzitiro, akagwa aho nyene i Tebesi? ati N’iki cabateye kwegereza uruzitiro murtyo? Uz’ uheze umubarire, ut’ Erega na wa muntu wawe w’Umuheti Uriya, na we yarapfuye.


N’iki catumye ukēngēra ijambo ryanje jewe Uhoraho, ugakora ivyo mbona kw ari bibi, ukicisha inkota Uriya Umuheti, ugacūra umugore wiwe ukamugira rwawe, na we Uriya ukamwicisha inkota y’Abamoni?


Unkize umwenda w’amaraso y’umuntu, Mana, we Mana y’agakiza kanje; Ni ho ururimi rwanje ruzorenza ijwi ruririmba ukugororoka kwawe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ