Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Maze Dawidi aramurengukisha ngw aze kurya no kunywa ar’ imbere yiwe, aramuboreza; hageze mw ijoro, Uriya aja kuryama ku gisegure ciwe hamwe na ba banyarugo ba shebuja, ariko ntiyamanuka ngw aje i we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:13
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko Uriya yīrārira hamwe n’abanyarugo ba shebuja bose, mw irebe ry’ingoro y’umwami, ntiyamanuka ngw aje i we.


Maze Abusalomu aramubarira, ati None rero k’utaje, urungike mukurwanje Amunoni, aze tujane. Umwami aramubaza, at’ Ugombera iki ko mujana?


Mose abaza Aroni, ati Mbeg’ aba bantu bakugize bate catumye ubazanakw icaha kingana girtyo?


Vino ni yo mucokoranyi, ibiboreza ni vyo ruyogoyogo, Kand’ ūbidandabagiranamwo wese ntagira ubgenge.


Ni nde agira ngo Yō! Ni nde agira ngw Agwē! Ni nde afise imitongano? Ni nde afise imyidodombo? Ni nde afise inguma ata nyanduruko? Ni nde afise amaso atukuye?


Azobona ibara, ūha mugenzi we ibinyobga, na wewe umwongerakw ibituriranije, ukamuboreza, kugira ngo wirābire ubgambure bgiwe!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ