Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 11:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Maze babariye Dawidi, bat’ Erega Uriya ntiyatashe i muhira; Dawidi aca abaza Uriya, ati Mbega ntiwar’ uvuye ku rugendo? None k’utāgiye kurāra i wawe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 11:10
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uriya yishura Dawidi, at’ Isandugu y’Imana n’Abisirayeli n’Abayuda ko barāra mu nsago, kandi databuja Yowabu n’ abantu bawe, mugenzi, bakaba bashagaje mu gahinga; none jewe ngende i wanje, nīrīre, nīnywere, ndārane n’umugore wanje? Ndakurahiye, eka ni wewe ndahiro nyene, sinorikora!


Ariko Uriya yīrārira hamwe n’abanyarugo ba shebuja bose, mw irebe ry’ingoro y’umwami, ntiyamanuka ngw aje i we.


Bukeye Uhoraho atuma Natani kuri Dawidi; araza, aramubarira, ati Hār’ abantu babiri bāba mu gisagara kimwe, umwe w’umutunzi, uwundi w’umworo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ