8 Nukw Abamoni basokoroka mu gisagara, batonda urugamba mw ishikiro kw irembo; Abasiriya b’i Zoba n’ab’i Rehobu, n’ingabo z’i Tobu n’iz’ i Mayaka, na bo baja ukwabo mu gahinga.
Maz’ Abamoni babonye ko bateye Dawidi akayigo, batuma ku Basiriya b’i Beti‐rehobu n’ab’i Zoba, babaha impēra ngo babahe ingabo ibihumbi mirongwibiri, bahēra n’umwami w’i Mayaka, azana ingabo igihumbi, n’iz’ i Tobu ibihumbi cumi na bibiri.
Maze Dawidi avyumvise, arekura Yowabu n’ingabo zose z’abahizi.
Maze Yowabu abonye ko batonze urugamba, rumwe imbere urundi inyuma yiwe, atora bamwe bo mu ntōre zose z’Abisirayeli, abatondesha urugamba ruhangana n’Abasiriya.
na Elifeleti mwene Ahasubayi w’i Mayaka, na Eliyamu mwene Ahitofeli w’i Giloni;
Maz’ igihe Dawidi yageseza ab’i Zoba, Rezoni yakoranije abantu, yīgira umugabisha w’igitero; baraheza baja i Damasiko, babayo; na we yīgira umwami waho.
Nuko babaha imikogote ibihumbi mirongwitatu na bibiri, bahēra n’umwami w’i Mayaka, azana ingabo ziwe; basagaza aharābana n’i Medeba. Abamoni bava mu bisagara vyabo, barakorakorana, baza gutera.
Nukw Abamoni barasokoroka, batonda urugamba kw irembo ry’ igisagara; abo bami bari baje, na bo baja ukwabo mu gahinga.
baza kuri Gedaliya i Mizipa. Ni bo aba: Ishimayeli mwene Netaniya, na Yohanani na Yonatani bene Kareya, na Seraya mwene Tanehumeti, na bene Efayi w’i Netofati, na Yezaniya umwana w’Umunyamayakati, bo n’ingabo zabo.
Nuko baradūga, batata ico gihugu, bahereye mu bugaragwa bg’i Zini, bashitsa i Rehobu, hahereranye n’ahafata i Hamati.
n’i Eburoni n’i Rehoba n’i Hamoni n’i Kana, gushika no kuri ca gisagara kinini Sidoni;
N’Abasheri na bo ntibirukanye ababa ahitwa Ako, cank’ ababa i Sidoni, cank’ ab’i Ahulaba, cank’ ab’i Akuziba, cank’ ab’i Heliba, cank’ ab’i Afeka, cank’ ab’i Rehobu;
Maze Yefuta aca ahunga bene se, aragenda aba mu gihugu c’i Tobu; abantu b’ imburakimazi bakoranira kuri we, bakagenda bambura abantu.
Maze babateye, abakuru b’i Gileyadi baragenda ngo bakūre Yefuta mu gihugu c’i Tobu;