Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 10:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Maze Dawidi avyumvise, arekura Yowabu n’ingabo zose z’abahizi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 10:7
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Abamoni babonye ko bateye Dawidi akayigo, batuma ku Basiriya b’i Beti‐rehobu n’ab’i Zoba, babaha impēra ngo babahe ingabo ibihumbi mirongwibiri, bahēra n’umwami w’i Mayaka, azana ingabo igihumbi, n’iz’ i Tobu ibihumbi cumi na bibiri.


Nukw Abamoni basokoroka mu gisagara, batonda urugamba mw ishikiro kw irembo; Abasiriya b’i Zoba n’ab’i Rehobu, n’ingabo z’i Tobu n’iz’ i Mayaka, na bo baja ukwabo mu gahinga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ