Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 10:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Arikw abaganwa b’Abamoni babarira umwami wabo Hanuni, bati Mbeg’ ugira ngo Dawidi icamuteye kurungika abo kukugarukirako n’uko yari yubashe so? Ntuzi kw abo bantu yabarungitse gukenguza iki gisagara no kugitata, ngw abone kukigeseza?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 10:3
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni mutume umwe muri mwebge, agende azane murumuna wanyu, namwe musigare mur’ imbohe, kugira ngw amagambo yanyu aseruke kw ar’ay’ ukuri: biramutse bitabaye birtyo, muzoba mur’ abatasi, ndabarahiye Farawo!


Maze Yosefu yibuka za nzozi yarose kuri bo, arababarira, ati Mur’ abatasi! Muje kurāba ah’ igihugu coroshe!


Aho ntuzi yuko Abuneri mwene Neri yazanywe no kuguhenda, ngw amenye ingen’ utabara n’ ingen’ utabaruka, amenye n’ivy’ ukora vyose?


Arikw abaganwa b’Abamoni babarira Hanuni, bati Mbeg’ ugira ngo Dawidi icamuteye kurungika abo kukugarukirako n’uko yari yubashe so? Ntuzi kw abo bantu biwe bazanywe no gukēngūza no gutata iki gihugu ngo bakigeseze?


ntirukora ibiteye isoni, ntirurondera ivyarwo, ntirwiciraho, ntirwiyumvira ikibi ku bantu,


rurenzako muri vyose, rwizera vyose, rwizigira vyose, rwihanganira vyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ