2 Samweli 10:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Dawidi avyumvise aravuga, ati Nzogirira neza Hanuni mwene Nahashi, nk’uko se yangiriye neza. Nuko Dawidi arungika abantu bo kumugarukirako kuko yabuze se. Abo bantu ba Dawidi baragenda, bashika mu gihugu c’Abamoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |