Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 10:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Maze Dawidi abibariwe, na we akorakoranya Abisirayeli bose, bajabuka Yorodani baja i Helamu. Maz’ Abasiriya batonda urugamba bahangana na Dawidi, barwana na we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 10:17
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Hadadezeri atuma no ku Basiriya bo hakurya y’uruzi Efurate, baza i Helamu, Shobaki umugabisha w’ingabo za Hadadezeri abagiye imbere.


Maz’ Abasiriya bahunga Abisirayeli; Dawidi yica mu Basiriya abagendera mu mikogote amajana ndwi y’intambara, n’abagendera ku mafarasi ibihumbi mirongwine, kandi yica Shobaki umugabisha w’ingabo zabo, agwaho.


Maze Dawidi abibariwe, na we akorakoranya Abisirayeli bose, bajabuka Yorodani, abaserukirako, atonda urugamba ngw arwane na bo. Amaze kurutonda, Abasiriya barumana na we.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ