Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 10:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Maze Hadadezeri atuma no ku Basiriya bo hakurya y’uruzi Efurate, baza i Helamu, Shobaki umugabisha w’ingabo za Hadadezeri abagiye imbere.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 10:16
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye Abasiriya babonye ko baneshejwe n’Abisirayeli, barakorakorana.


Maze Dawidi abibariwe, na we akorakoranya Abisirayeli bose, bajabuka Yorodani baja i Helamu. Maz’ Abasiriya batonda urugamba bahangana na Dawidi, barwana na we.


Hanyuma Imana yongera guhagurukiriza Salomo uwundi murwanizi, ni we Rezoni mwene Eliyada; uwo yari yarahunze shebuja Hadadezeri umwami w’i Zoba.


Bukeye Dawidi anesha n’ umwami w’i Zoba, Hadadezeri, hafi y’i Hamati, igihe Hadadezeri yaja kugandura igihugu yaganza co ku ruzi Efurate.


Maz’ Abasiriya b’i Damasiko baje gutabara Hadadezeri umwami w’i Zoba, Dawidi abīcamw’ ingabo ibihumbi mirongwibiri na bibiri.


Bukeye Abasiriya babonye ko baneshejwe n’Abisirayeli, batuma intabaza ku bandi Basiriya bo hakurya y’uruzi Efurate, baraza, Shobaki umugabisha w’ingabo za Hadadezeri abagiye imbere.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ