Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 10:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Bukeye Abasiriya babonye ko baneshejwe n’Abisirayeli, barakorakorana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 10:15
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ Abamoni babonye Abasiriya bahunze, na bo bahunga Abishayi, bīsuka mu gisagara. Nuko Yowabu araheza areka Abamoni, asubira i Yerusalemu.


Maze Hadadezeri atuma no ku Basiriya bo hakurya y’uruzi Efurate, baza i Helamu, Shobaki umugabisha w’ingabo za Hadadezeri abagiye imbere.


Bukeye Dawidi anesha n’ umwami w’i Zoba, Hadadezeri mwene Rehobu, igihe Hadadezeri yaja gusubira kugandura igihugu yaganza co ku ruzi Efurate.


Abanyamahanga n’iki kibateye umuvurungano? N’amoko yagīriye ingingo iki ivy’ ubusa?


no kuzimya ubukare bg’umuriro, no gukira ubugi bg’inkota, no guhindurwa mu ntege nke ngo zicike inkomezi, no kuba agahebuza mu ntambara, no kunesha ingabo z’abanyamahanga.


Yabina umwami w’i Hasori avyumvise, atuma kuri Yobabu umwami w’i Madoni, no ku mwami w’i Shimuroni, no ku mwami w’i Akishafi,


Abo bami bose bakoranira hamwe, baraza basagaza ku mazi y’i Meromu, ngo batere Abisirayeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ