Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 10:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Maz’ Abamoni babonye Abasiriya bahunze, na bo bahunga Abishayi, bīsuka mu gisagara. Nuko Yowabu araheza areka Abamoni, asubira i Yerusalemu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 10:14
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye Abasiriya babonye ko baneshejwe n’Abisirayeli, barakorakorana.


Nuk’ umwaka utashe, ku gacikamvura, mu gihe abami bākunda kuja mu ntambara, Dawidi agomora Yowabu n’abantu biwe n’Abisirayeli bose, bageseza Abamoni, baziguza n’i Raba. Ariko Dawidi ubgiwe yisigarira i Yerusalemu.


Dawidi araheza abarira Abishayi, ati Sheba mwene Bikuri agiye kutugirira nabi kuruta Abusalomu; abe ari wewe ujana ingabo zanje, umukurikirane, kugira ngo ntiyegukire ibisagara vyubakiwe inzitiro z’amabuye, akaba atujanye.


Nakinagije abansi banje, ndabarandura, Sinatabaruka badaheze.


Kandi Abishayi murumuna wa Yowabu umwana wa Seruwiya ni we yar’ umukuru wa bamwe mirongwitatu. Yarāgūriye icumu abantu amajana atatu, arabahindikiranya, aronka izina rya rurangiranwa mur’ abo mirongwitatu.


i Siriya n’i Mowabu no mu Bamoni no mu Bafilisitiya no mu Bamaleki, bo na ya masahu yari yarasahuye umwami w’i Zoba, Hadadezeri mwene Rehobu.


Kandi Abishayi umwana wa Seruwiya atsinda Abanyedomu ibihumbi cumi n’umunani mu Kiyaya c’Umunyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ