2 Samweli 1:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Nya muhungu amubikiye aramwishura, ati Nariko ndihitira, nshitse ku musozi Gilibowa, ngize ntya mbona Sauli yishimikije icumu, kandi mbona asugerejwe n’imikogote n’abagendera ku mafarasi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |