Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 1:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Dawidi aramubaza, ati Vyagenze bite? Ntabara umbarire. Aramwishura, at’ Abantu barahunze bava mu rugamba, kandi benshi baruguyemwo, barapfa; na Sauli na Yonatani umuhungu wiwe na bo bārapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 1:4
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Dawidi aramubaza, at’ Uva hehe? Aramwishura, ati Ni jewe ndokotse mva ah’ Abisirayeli bāri bashagaje.


Maze Dawidi abaza uwo muhungu amubikiye, ati Mbega wabimenye ute ko Sauli na Yonatani umuhungu wiwe bāpfuye?


igihe umuntu yaje kumbarira, at’ Erega Sauli yapfuye, agira ngw anzaniye inkuru nziza, naciye ndamufata, ndamwicira aho nyene i Sikulagi; iyo ni yo ngero namugereye ku nkuru yiwe.


Nuk’ uwo muntu abarira Eli, ati Ni jewe mvuye mu rugamba, nje mpunga mvuye mu ntambara uyu musi. Aramubaza, ati Vyagenze bite ga mwana wanje?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ