Yehowasi akiriho, Elisa afatwa n’indwara, ari yo nyene yamwishe. Yehowasi umwami w’Abisirayeli aramanuka aja kurāba ukw ameze, amuririra hejura, ati Yewe ga data we, yewe ga data we, wabereye Abisirayeli imikogote n’abagendera ku mafarasi!
Elisa abibonye, araboroga, ati Yewe ga data we, yewe ga data we, wabereye Abisirayeli imikogote n’abagendera ku mafarasi! Nuko ntiyongera kumubona ukundi. Maze yitantamurirakw impuzu ziwe, azigiramw’ ibitabu bibiri.