Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 1:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Yemwe misozi y’i Gilibowa, Ntihagatonde ikime kuri mwebge, canke ngo hagwe imvura, Ntihakamere imirima ngo baronkek’ umushuzo w’amashikanwa! Kuko kuri mwebge ari ho inkinzo y’umuhizi yashiburiwe, Ni yo nkinzo ya Sauli, itazosīgwa amavuta ukundi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 1:21
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nukw Abafilisitiya batera Abisirayeli, Abisirayeli barabahunga, bahindikirana ku musozi Gilibowa.


Bukeye bgaho, Abafilisitiya baje gukoba imivyimba, basanga Sauli n’abahungu biwe barambaraye ku musozi Gilibowa bapfuye.


Izosi ryawe rimeze nk’umunara wa Dawidi Wubakiwe kubīkwamw’ ibirwanishwa, Umanitsemw’ inkinzo igihumbi, Inkinzo zose z’abahizi.


Batunganya ameza, bagashirah’ abashibamyi, bakarya bakanywa. Haguruka, mwa baganwa, musīge inkinzo amavuta!


kandi ndaruririke; ntiruzotuturirwa, ntiruzorimirirwa, ariko ruzomeramw’ imikere n’amahwa; kandi nzobuza ibicu vyoye kurugwishakw imvura.


Uku ni k’Umwami Uhoraho agize, at’ Umusi camanuka kija i kuzimu, nageze ko kiborogerwa; natumye mw idamba hitwikira kubgaco, mbuza inzūzi zaho gutemba, n’amazi menshi arahagarikwa; ntuma i Lebanoni hakigandarira, ibiti vyose vyo mu gahinga bigakabirana kubgaco.


Amafu y’amashikanwa n’ibiturire vyabuze mu ngoro y’Uhoraho; abaherezi, ari bo basuku b’Uhoraho, basigaye baganya.


Nta wubizi: kumbure yohindukira, ikīgarura, ikabasigarana umuhezagiro, ni wo mafu y’amashikanwa n’ibiturire vyo gushikanira Uhoraho Imana yanyu.


Ni muvume Merozi, ni k’ umumarayika w’Uhoraho agize; Muvume abahaba mubakoze! Kuko batātabaye Uhoraho, Ngo bamutabare kurwanya abahizi.


Maze Samweli yābīra agakuza k’amavuta ya elayo, ayamusuka ku mutwe, aramugūmbīra, aravuga, ati Mbeg’ Uhoraho si we akwimitse ng’ ube ari wewe ugaba ishamvu yiwe?


Nukw Abafilisitiya batera Abisirayeli, Abisirayeli barabahunga, bahindikirana ku musozi Gilibowa.


Bukeye bgaho, Abafilisitiya baje gukoba imivyimba, basanga Sauli n’abahungu biwe batatu barambaraye ku musozi Gilibowa bapfuye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ