2 Samweli 1:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Nuko ndamwēgēra, ndamuhohosha, kuko nabona neza kw atagikira, ni yaramuka atemvye. Ndaheza ndamukoba igitsibo cari mu mutwe, n’umuringa wari ku kuboko; none ndabikuzaniye hano, mugenzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |