2 Petero 3:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Arikw abo nkunda, iri rimwe mweho ntimuryiyobagize, yuko ku Mwami Imana umusi umwe umeze nk’imyaka igihumbi, n’imyaka igihumbi imeze nk’umusi umwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Ariko ntimwibagire iki kimwe, bakundwa: Ku Mwami umusi umwe ni nk’imyaka igihumbi, n’imyaka igihumbi ni nk’umusi umwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |