Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Petero 3:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Kuko biyobagiza ibigirankana yuko kera hār’ amajuru, n’isi yakūwe mu mazi n’ijambo ry’Imana, rikayirema mu mazi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Ariko biyibagiza ibigirankana ko amajuru yabayeho n’isi ikaremwa ikuwe mu mazi kandi igizwe n’amazi, biremwe n’Ijambo ry’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Petero 3:5
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imana iravuga, iti Ni habeh’ itāzānure hagati y’amazi, ritandukanye amazi n’ayandi.


Imana iravuga, it’ Amazi yo musi y’ijuru n’akoranire hamwe, i musozi na ho ni haboneke: biba kuno.


Ni mushime iyagaranzuye isi hejuru y’amazi, Kukw imbabazi zayo zamah’ ibihe bidashira.


Kukw ari we yashize amatanguriro yayo ku biyaga, Yayihamangiye ku mazi menshi.


Ijambo ry’Uhoraho ni ryo ryāremye ijuru, Impwemu zo mu kanwa kiwe ni zo zāremye ingabo zose zo kuri ryo.


Igipfu bikimariye iki kugira ibiguzi mu ntoke ngo kigure ubgenge, Kandi kitagira umutima?


Kandi nk’uko banse kumenya Imana mu mitima yabo, ni kw Imana yabahevye ngo bagire imitima y’akāhebge, bakore ibitabereye;


We yabayeho vyose bitarabaho, kandi muri we vyose ni ho bifataniye.


Ukwizera ni kwo kutumenyesha yukw isi yaremwe n’ijambo ry’Imana, ni co catumye ibiboneka bitāremwe mu biseruka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ