2 Petero 3:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 kugira ngo mwibuke amajambo yavuzwe kera n’abāvugishwa n’Imana bera, mwibuke n’icagezwe c’Umwami ni we Mukiza, cavuzwe n’abatumwa bābatumweko: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ndagomba kubibutsa amajambo yavuzwe kera n’abavugishwa n’Imana bera hamwe n’ibwirizwa ry’Umwami wacu n’Umukiza yabashikirije acishije mu ntumwa zabatumweko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |