2 Petero 3:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Ni co gituma, abo nkunda, kuko mureretse ivyo, mukwiye kugira umwete wo kuzosangwa mu mahoro, mutagira ikirabagu, mutarik’ umugayo imbere yiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Nuko rero, bakundwa, ko murorereye ivyo, mugire umwete wo kuzosangwa mutagira umugayo, canke agasembwa imbere y’Imana mufitaniye amahoro na yo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |