2 Petero 3:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Abo nkunda, non’ iki ni co cete ca kabiri mbandikiye, mur’ ivyo vyompi ndakangura imitima yanyu ikeye, mbibutsa; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Bakundwa, iri ni ikete rya kabiri ndabandikiye. Muri ayo yose uko ari abiri, nagomba gukangura imitima yanyu ngo mwiyumvire neza ku vyo nabandikiye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |