2 Petero 2:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Umwami Imana arazi gukiza abamwubaha ibibagerageza, no kurinda abagabitanya bahanwa gushitsa ku musi w’amateka, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ivyo vyerekana ko Imana izi gukiza abayubaha ikabakura mu marushwa yabo, ariko kandi igashobora no kurindiriza abatayubaha kugeza ku musi w’imanza, aho izobahanira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |