2 Petero 2:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 kuk’ uyo mugororotsi, aho yaba muri bo, yagira akabonge uko bukeye mu mutima wiwe ugororoka kubg’ ibikorwa vyabo vy’ubugarariji yabona, akumva; — အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 (kuko uwo mugororotsi yaba muri bo, imisi yose, akama ababazwa mu mutima wiwe ugororotse n’ibikorwa vy’ubugarariji bakora abibona kandi avyumva). အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |