2 Petero 2:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 kandi kw itāgiriye ikigongwe isi ya kera, arikw igakiza Nowa, umwigisha w’ivyo kugororoka, hamwe n’abandi ndwi, aho yazana umwuzure kw isi y’abatayubaha; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Kandi nimba itihanganiye isi ya kera igihe yarekurira umwuzure ku bantu b’ico gihe batubaha Imana, ariko igakiza Nowa, umwigisha w’ivyo kugororoka, n’abandi ndwi gusa; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |