2 Petero 2:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Icobaye ciza kuri bo, iyaba batigeze kumenya inzira yo kugororoka, hako basubira inyuma, bamaze kuyimenya, bagata icagezwe cera bāhawe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Icari kuba ciza kuri bo ni uko boba batigeze bamenya inzira y’ukugororoka, kuruta kuba barayimenye hanyuma bagatera ibitugu rya bwirizwa bari barashikirijwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |