2 Petero 2:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Bavuga ibitumbaganyemw’ ibitagira ico bimaze, basukasuka abariko baridohora mu bagenda bazimiye, babasukasukisha ukwifuza kw’umubiri n’isoni nke. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Kuko bavuga amajambo ata co amaze kandi yo kwishira hejuru, bagakoresha ivyipfuzo vy’ubusambanyi n’ivya kamere muntu, kugira ngo basuke abatarakomera, bakiva mu buzima bw’abagendera mu kinyoma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |