2 Petero 2:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 arikw abamarayika naho barusha abo bantu inkomezi n’ubushobozi, ntibarega abo banyacubahiro ku Mwami Imana, ntibabatuka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe11 ariko n’abamarayika, mbere basumvya abo bantu inkomezi n’ububasha, ntibubahuka kuvuga nabi no kwagiriza abameze batyo imbere y’Umwami Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |