2 Petero 2:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 ariko cane‐cane abagenda bakurikira ivy’ akameremere kabo, bifuza ibihumanya bagakengera ababaganza. Nta co batinya, ntibakūrwa kw ijambo, ntibahindishwa agashitsi no gutuka abanyacubahiro: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Izohana canecane abakurikira ivyipfuzo biva muri kamere k’imibiri yabo bagakengera ukuganza kwayo. Abo bantu ni intagondwa n’abanyabwibone, kandi ntibatinya no gutuka ivy’icubahiro vyo mw’ijuru; အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |