Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Petero 1:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 irya mbere mukwiye kumenya, n’ukw ata jambo ry’abāvugishwa n’Imana ryo mu vyanditswe rishobora gusobanurwa nk’uk’ umuntu avyigombera,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Ikirengeye vyose, mumenye ko ata kuvugishwa kwo mu Vyanditswe gushobora gusigurwa nk’uko umuntu yigombeye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Petero 1:20
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko dufise ingabire zitandukana, nk’uk’ ubuntu twāhawe butandukana: namba twarahawe kuvugishwa n’Imana, tuvugishwe na yo uk’ ukwizera kwacu kungana;


Nuko mwame mugenza murtyo, kuko muzi imisi, yukw igihe gishitse co kwikangura. Non’ agakiza kacu karatwēgereye, kurusha igihe twizereye.


Kandi tumenye iki, yuk’ umuntu wacu wa kera yabambanywe na we, kugira ng’umubiri w’icaha uhindurwe ubusa, ntitwame tujakariye icaha:


azi yukw ivyagezwe bitāshiriweh’ umugororotsi, ariko vyāshiriweh’ abagarariji n’ibigāba, abatubaha Imana n’abanyavyaha, abanegura ivyayo n’abakora ibizira, abica ba se na ba nyina, abicanyi,


Ivyanditswe vyose vyahumetswe n’Imana, kandi bigira ikimazi co kwigisha umuntu, no kumuhana, no kumutunganya, no kumutoza indero nziza mu kugororoka:


mumenye yukw ibigeza ukwizera kwanyu bitera ukwihangana.


irya mbere mukwiye kumenya n’uko mu misi y’iherezo hazoza abacokoranyi bacokorana, bakurikira ukwifuza kwabo,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ