Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 9:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Nk’uko handitswe, ngo Yatanze isābagire, yahaye abakene, Ukugororoka kwiwe kwamah’ ibihe bidashira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Nk’uko Ivyanditswe bibivuga: “Batanga isabagire ku bakene, ukugororoka kwabo kwamaho ibihe bidashira.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 9:9
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yatanze isābagire, yahaye abakene, Ukugororoka kwiwe kwamah’ ibihe bidashira. Ihembe ryiwe rizoshirwa hejuru mu cubahiro.


Ubutunzi n’ubukire biri mu rugo rwiwe; Ukugororoka kwiwe kwamah’ ibihe bidashira.


Uwitwaririka ivy’ ubugororotsi n’imbabazi Aronka ubugingo n’ubugororotsi n’icubahiro.


Kukw inyenzi zizobarya nk’umwambaro, n’ ifukunyi izobarya nk’ubgoya bg’ intama: arik’ ukugororoka kwanje kuzokwamah’ ibihe bidashira, n’ agakiza kanje uk’ urunganwe ruzogenda rukurikirana.


Itunga n’icubahiro bir’ i wanje; N’ubutunzi buramba, bo n’ ubugororotsi.


None rero hagumyeh’ ukwizera, n’ivyizigiro, n’urukundo, ivyo ukw ari bitatu: arikw ikibiruta n’urukundo.


Kand’ Īha umubivyi imbuto n’imitsima yo kurya, ni yo izobaha, ibongeranirize imbuto zanyu zo kubiba, kand’ izogwiza imbuto z’ukugororoka kwanyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ