Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 9:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Kandi ndungitse abo bene Data kugira ng’ ukwirata mwebge kwacu ntikuze gupfe ubusa mur’ ivyo; kugira ngo muze mube mwiteguye nk’uko nababgiye,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Ariko ndungitse abo bene Data kugira ngo menye neza ko mwiteguye nk’uko nababwiye, kandi kugira mwegeranye imfashanyo zanyu. Sinshaka ko ivyirato vyanje ku bwanyu vyoba ivy’ubusa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 9:3
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Namba har’ icanteye ko mbirata mbarātira Tito, ntivyantētereje: ariko nk’uko twababgiye vyose ukuri, ni ko n’ukwirata kwacu, twarātiye Tito, kwabonetse kw ar’ ukw’ ukuri.


Mvuga ntababembeteranyako na mba, ndabirata cane. Nuzuye ihūmure, ndushiriza kunezerwa mu marushwa yacu yose.


Ni co catumye twinginga Tito, ngw asozere ico gikorwa c’ubuntu no muri mwebge, nk’uko yagitanguye kera.


Ubibutse kugamburukira abakuru n’abafise ubushobozi, no kubumvira, no kwitegurira igikorwa ciza cose,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ