Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 8:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Kubgabo bāratanze nk’uko bashoboye, ndabibashingira intahe, kandi n’ukurusha ivyo bashoboye,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Ndabishingira intahe ko batanze uko bashoboye, ndetse n’ibirengeye uko bashoboye. Kandi batanze bavyishakiye bo nyene.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 8:3
22 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ abantu bagira akanyamuneza ko gutanga bivuye mu mitima, kuko bashikaniye Uhoraho n’ imitima ishize icīra, babikunze rwose; kand’ umwami Dawidi na we anezerwa akanyamuneza kenshi.


Abantu bawe bitanga babikunze ku musi ugomora ingabo zawe; Abasore bawe baza ah’ uri nk’ikime, Bashazishije ukwera, bavuye mu nda y’agatondotondo.


Nukw abagabo n’abagore bose b’Abisirayeli bemejwe n’imitima yabo kugira ico bazana cose co gukoresha igikorwa Uhoraho yabariye Mose gukora, babizanakw amashikanwa avuye ku mitima ikunze, babishikanira Uhoraho.


ngo Mukoranye amashikanwa yo kumushikanira, mukūye ku vyanyu: umuntu wese yumva bivuye ku mutima, abe ari we azana ishikanwa ryo gushikanira Uhoraho; ayo mashikanwa n’aya: amazahabu n’ amafeza n’imiringa,


Akoze ukw ashoboye, ansutse amavuta ku mubiri kuwutegurira guhambga bitaraba.


Maz’ abigishwa, umuntu wese nk’ukw atunze, bashinga kurungikira bene Data baba i Yudaya ivyo kubatabara.


Ndabashingira intahe yuko bafise ishaka ry’Imana, ariko si mu buryo bg’ubgenge.


Ku wa mbere wose w’imisi ndwi, umuntu wese muri mwebge abīke i we ibimuhaye uburyo, nk’ukw atunze, kugira ngw aho nzozira ntihabe ari ho amashikanwa azokoranirizwa.


Ngenjeje ntyo mbikunze, ndagererwa; ariko ngenjeje ntyo ntabikunze na ho nyene ngōbērwa n’ububgiriza nizigiweko.


None kwa kwishima kwanyu kuri hehe? Nd’ icabona canyu yukw iyo biba vyarashobotse, muba mwaremeye kwinogora amaso, mukayampa.


Kukw Imana ari yo ikorera mu mitima yanyu, ikabaha gukunda no gukora ibiyihimbara.


Ndamushingira intahe yukw abagirira umwete mwinshi, mwebge n’ab’i Lawodikiya n’ab’i Hiyerapoli.


Ni ko twabagirira igishika, ni co catumye duhimbarwa no kubaha, s’ubutumwa bgiza bg’Imana gusa, ariko n’ubgacu bugingo na bgo, kuko mwabaye abo dukunda rwose.


Ariko nta co ngomba gukora ntakugishije inama, kugira ngw iciza ukora ntikibe ic’ ugōberewe, arik’ ugikore ubikunze.


Umuntu iy’ avuze, avuge nk’ūbivugishijwe n’Imana: umuntu iy’ agabuye, agabure nk’ūfise ubushobozi Imana itanga; kugira ngw Imana iterwe icubahiro muri vyose, kubga Yesu Kristo, afise icubahiro n’ububasha ibihe bitazoshira. Amen.


Muragire ubusho bg’Imana bgo muri mwebge, mutaburagira nk’abagōberewe, ariko mubikunze, nk’ukw Imana igomba: ntimuburagirishwe no kurondera inyungu mbi, ariko muburagire mushize igikonyo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ