2 Korinto 7:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Naho nabateje umubabaro ca cete canje, sinicuza, naho nari naricujije; kuko mbonye yukw ico cete cabateye umubabaro, naho mwawugize igihe gito gusa; အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Naho nabateye imibabaro mw’ikete nabarungikiye, sindavyicuza. Naho nari nicujije ubwa mbere kubera nari nabonye ko nabababaje, wari umubabaro w’akanya gato. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |