2 Korinto 7:1 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Nuko bakundwa, ko dufise ivyo vyasezeranywe, twiyuhagire ubuhumane bgose bg’umubiri n’ubg’ umutima, kuba abera tugushikishe kwubaha Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe1 None rero bene Data, ko dufise ayo masezerano, nimuze twiyeze, twiyambure ivyonona imitima n’imibiri yacu vyose. Turondere ukwezwa kuvuye ku kwubaha no gutinya Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |