2 Korinto 5:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Kandi ni co gituma tugira umwete wo kumunezereza, iyo tur’ i wacu mu mubiri, cank’ iyo tugerereye kure y’umubiri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Ariko ico twipfuza imbere ya vyose, ni ukunezereza Umwami wacu, haba mu kuguma muri uwu mubiri canke mu kuwuvamwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |