Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 5:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Kuko twebge abari mur’ uru rusago tuniha turemerewe, s’uko tugomba kwamburwa, ariko tugomba kwambikirwa kuri rwo, ngw igipfa kimirwe n’ubugingo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Tukiri muri uwu mubiri twambaye, turaboroga, tukaruha, ariko ntibisigura ko twipfuza gupfa ngo tuwuvemwo. Ariko ni kubera twipfuza kwambara imibiri yacu mishasha, kugira ngo iyi mibiri ipfa ihindurwe iyizobaho ibihe vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 5:4
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Urupfu azorumira miyonzwa gushitsa ibihe vyose; kand’ Umwami Uhoraho azohanagura amosozi ku maso ya bose; n’ ubumāramāre bgo ku bantu biwe azobukūra kw isi yose; kuk’ Uhoraho ari we abivuze.


Inzu yanje ikūweho, imvanyweko nk’ukw ihema ry’ umwungere ritaragama. Ubugingo bganje ndabuzinze nk’uk’ ūjisha azinga; agira ancācūre ku mambo: Umusi ugeze kwīra azoba amaze kumpeza.


kandi si co gusa, ariko natwe abafise umushuzo wa Mpwemu, natwe nyene tunihira mu mitima yacu, twiteze gucika abana b’Imana, ni kwo gucungurwa kw’ imibiri yacu.


Ehe, ndababarira akabanga: ntituzosinzira twese, ariko twese tuzohindurwa,


Kuko tunihira mur’ uru rusago, twifuza kurwambikirwakw inzu yacu izova mw ijuru,


namba tuyambaye tutazosangwa twambaye ubusa.


Ndiyumvira yuko nkwiye kubakangura mbibutsa, nkiri mur’ uru rusago.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ