Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Korinto 5:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Kuko tunihira mur’ uru rusago, twifuza kurwambikirwakw inzu yacu izova mw ijuru,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Ivyo bitarashika, tunihira mu mubiri wacu, turindiriye kwambikwa imibiri yo mw’ijuru nk’ivyambarwa vyacu,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Korinto 5:2
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Wanyambitse urukoba n’ inyama, Undandikanisha amagufa n’ imitsi.


Ewe jewe ndagowe! Ni nde yonkiza umubiri untera uru rupfu?


kandi si co gusa, ariko natwe abafise umushuzo wa Mpwemu, natwe nyene tunihira mu mitima yacu, twiteze gucika abana b’Imana, ni kwo gucungurwa kw’ imibiri yacu.


Ehe, ndababarira akabanga: ntituzosinzira twese, ariko twese tuzohindurwa,


Ndazazaniwe mur’ ivyo bibiri, kuko nifuza gutaha ngo mbane na Kristo, kukw ari co kirushirije cane:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ