2 Korinto 2:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Ariko namba har’ umuntu ateye umubabaro, si jewe awuteye, ariko ni mwebge awuteye mwese — singomba kubababaza cane, ariko bamwe n’agace. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Nimba hariho uwabateye umubabaro, si jewe yabikoreye, ni mwebwe mwese yabikoreye, canke bamwe muri mwebwe, kandi aha sindengeje urugero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |