2 Korinto 2:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Kandi nandikiye ivyo, kugira ngw aho nzozira noye guterwa umubabaro n’abari bakwiye kunnezereza: kuko mbizigira mwese yuk’ umunezero wanje ari wo wanyu mwese. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Nabandikiye kurya kugira ngo ninaza sinzobabazwe n’abonteye umunezero. Ndizera neza ko iyo nezerewe munezeranwa nanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |