2 Korinto 13:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 kuko murondera ikimenyetso co kwerekana yuko Kristo ari we amvugisha, umwe atar’ umunyantege nke kuri mwebge, arikw agira ubushobozi hagati yanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 ko muriko murasaba ivyemeza ko Kristo avugira muri jewe. Ntananiwe no kubakiza, kuko akorana inkomezi muri mwebwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |