2 Korinto 13:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Nabivuze nkiri kumwe namwe ubugira kabiri kera, na none ntar’ iyo ni ko mbivuga bitaraba, mbarira abācumuye kera n’abandi bose, yuko ni nagaruka ntazogira akagongwe: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Naraburiye abagumye mu vyaha igihe nabagendera ubwa kabiri. N’ubu ndabibasubiriyemwo n’aho tutari kumwe: ninagaruka, sinzokwihanganira umuntu n’umwe, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |