2 Korinto 11:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Ariko ndiyubara yuko, nk’uko ya nzoka yahendesheje Eva ukwiyorobeka kwayo, kumbure ivyiyumviro vyanyu vyokwoshwa, mugaca mureka ukugororoka n’ukwera mu vya Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Ariko ndatinya ko nk’uko Eva yahenzwe n’ubugunge bw’inzoka, namwe Satani ashobora kuzimiza ubwenge bwanyu mukava mu kwiha Kristo gutunganye kwanyu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |