9 sinze niyumvirwe nk’ūbateza ubgoba ivyete vyanje.
9 Sinshaka kuboneka nk’aho ndiko ngerageza kubatera ubwoba mu makete ndabandikira,
Ni co gituma mudakwiye guca urubanza rw’ikintu na kimwe igihe carwo kitarashika, ni co kuza kw’Umwami wacu, azomurika ivyari vyanyegejwe mu mwiza, kand’ azogaragaza inama zo mu mitima: ni ho umuntu wese azohabga n’Imana ishimwe rimukwiye.
Kuko bavuga, bat’ Ivyete vyiwe birahambaye, birasogōta, arikw iy’ ar’ ino, arakēngēretse, kand’ amajambo yiwe nta co amaze.
Kuk’ ububasha bgacu Umwami wacu yaduhaye kugira ngo tububake, ntitubasambure, naho norushiriza kubgirata, sinzomāramāzwa;