2 Korinto 1:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 kandi tumenyeshwa mu mitima yuko duciriwekw iteka ryo gupfa, kugira ngo ntitwiyizigire ubgacu, ariko twizigire Imana izura abapfuye: အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Mu vy’ukuri, twumva ko twaciriwe urwo gupfa. Ariko ivyo vyabaye kugira ngo tureke kwizigira inkomezi zacu, ariko twizere Imana izura abapfuye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |